Leçon 5 (Maths 7è) : Exercice 2 et 3



Iyi vidéo ni exercice ya 2 niya 3 zo kuri leçon 5, mathématique 7ème. Kutayiraba yose ni amakosa kuko izi videos zigenda ziherezanya (zuzuzanya) kuburyo utatahuye canke utaravye izatanguye bica bikugora gutahura izikurikira. Ugomba kumenya rero maths yo muri 7ème neeza, kurikirana izi vidéos zose dushirako atanimwe usimvye. Ushaka kuba umuhinga, niwiteho kwiga vyinshi bishoboka.

Pour plus d’info, contactez: clubcoursdusoir@gmail.com